Guharura 11:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ubwo nyene umuyaga uvuye kuri Yehova uca urahuhuta, utangura kuzana inkware zivuye ku kiyaga, zigwa hirya no hino y’ikambi+. Zikikuza ikambi gushika ahantu umuntu yogenda urugendo rw’umusi umwe. Kuva hasi kuduga zashika ahareha n’intambwe* zibiri. Guharura 11:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Ariko izo nyama zikiri mu kanwa kabo, bataranatangura kuzihekenya, Yehova aca arashavurira cane abo bantu, maze Yehova atangura kubasasika, inganda ziratikira bimwe bikomeye+. Zaburi 78:29-31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nuko bararya barahimba,abaha ivyo bari bipfuje+. 30 Ariko umunoho wabo utarahera,ivyo bifungurwa bikiri mu kanwa kabo,31 Imana yaciye irungura n’ishavu+. Iraheza yica abagabo b’inguvu muri bo+,yica imisore yo muri Isirayeli.
31 Ubwo nyene umuyaga uvuye kuri Yehova uca urahuhuta, utangura kuzana inkware zivuye ku kiyaga, zigwa hirya no hino y’ikambi+. Zikikuza ikambi gushika ahantu umuntu yogenda urugendo rw’umusi umwe. Kuva hasi kuduga zashika ahareha n’intambwe* zibiri.
33 Ariko izo nyama zikiri mu kanwa kabo, bataranatangura kuzihekenya, Yehova aca arashavurira cane abo bantu, maze Yehova atangura kubasasika, inganda ziratikira bimwe bikomeye+.
29 Nuko bararya barahimba,abaha ivyo bari bipfuje+. 30 Ariko umunoho wabo utarahera,ivyo bifungurwa bikiri mu kanwa kabo,31 Imana yaciye irungura n’ishavu+. Iraheza yica abagabo b’inguvu muri bo+,yica imisore yo muri Isirayeli.