Kuvayo 14:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Aguma akura amapine ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka. Abanyamisiri baca bavuga bati: «Duhunge ntitwegere Abisirayeli, kuko Yehova ariko arabarwanira. Ni we ariko araturwanya+.»
25 Aguma akura amapine ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka. Abanyamisiri baca bavuga bati: «Duhunge ntitwegere Abisirayeli, kuko Yehova ariko arabarwanira. Ni we ariko araturwanya+.»