ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ubu rero reka nkwereke: ngira ndabarandure n’ishavu n’akantu, hanyuma ndagukuremwo ihanga rikomeye mu kibanza cabo+.»

      11 Musa aca atakambira Yehova Imana yiwe+ ati: «Kubera iki ga Yehova worakarira abantu bawe wakuye mu Misiri ukoresheje ububasha bwawe buhambaye n’ukuboko kwawe gukomeye+?

  • Gusubira mu vyagezwe 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Reka nkwereke: ngira ndabatikize, nzimanganye amazina yabo munsi y’ijuru, hanyuma ndakugire ihanga rikomeye kandi rigizwe n’abantu benshi kubasumba+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nari nagize ubwoba kuko Yehova yari yabashavuriye cane+, akaba yagira abatikize. Ariko n’ico gihe nyene Yehova yaranyumvirije+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika