Guharura 25:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abishwe n’ico kiza bari 24.000+. 1 Abakorinto 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi* nk’uko bamwe muri bo babukoze, hagapfa abantu 23.000 ku musi umwe+.
8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi* nk’uko bamwe muri bo babukoze, hagapfa abantu 23.000 ku musi umwe+.