Yosuwa 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mugabo ntibomoye Abanyakanani baba i Gezeri+. Baracaba mu karere k’Abefurayimu gushika n’uyu musi+, ariko baciye babakoresha ibikorwa vy’agahato+. Yosuwa 17:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ariko abakomoka kuri Manase ntibashoboye kwigarurira ivyo bisagara. Abanyakanani baranse kuhava, baguma baba muri ico gihugu+. Abacamanza 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ariko Ababenyamini ntibomoye Abayebusi baba i Yeruzalemu. Ni co gituma Abayebusi bakibana n’Ababenyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.
10 Mugabo ntibomoye Abanyakanani baba i Gezeri+. Baracaba mu karere k’Abefurayimu gushika n’uyu musi+, ariko baciye babakoresha ibikorwa vy’agahato+.
12 Ariko abakomoka kuri Manase ntibashoboye kwigarurira ivyo bisagara. Abanyakanani baranse kuhava, baguma baba muri ico gihugu+.
21 Ariko Ababenyamini ntibomoye Abayebusi baba i Yeruzalemu. Ni co gituma Abayebusi bakibana n’Ababenyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.