ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 33:52
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 52 Mutegerezwa kwirukana ababa muri ico gihugu bose, mumenagure ibishusho vyabo bikozwe mu mabuye+ no mu vyuma*+, mwongere musambure ibibanza* basengeramwo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Yehova Imana yanyu niyamara kubashikana mu gihugu mugira mwigarurire+, azokwirukana imbere yanyu amahanga y’abantu benshi+: Abaheti, Abagirugashi, Abamori+, Abanyakanani, Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+, amahanga indwi agizwe n’abantu benshi kandi akomeye kubarusha+. 2 Yehova Imana yanyu azobabaha kandi muzobatsinda+. Muze mubatikize ata kabuza+. Ntimuze mugiranire na bo isezerano canke ngo mubumvire impuhwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika