Yesaya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mana, warahevye abantu bawe, umuryango wa Yakobo+,kubera ko igihugu cabo gisigaye cuzuye ibintu biva mu Buseruko.Bakora ivy’amageza+ nk’Abafilisitiya,kandi buzuranye abana b’abanyamahanga.
6 Mana, warahevye abantu bawe, umuryango wa Yakobo+,kubera ko igihugu cabo gisigaye cuzuye ibintu biva mu Buseruko.Bakora ivy’amageza+ nk’Abafilisitiya,kandi buzuranye abana b’abanyamahanga.