2 Abami 21:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Manase yarasheshe n’amaraso menshi cane y’abantu ata co bazira, Yeruzalemu yose ayuzuza amaraso+. Ivyo vyaje vyiyongera ku gicumuro yakwegeyemwo abo mu Buyuda bagakora ivyo Yehova abona ko ari bibi.
16 Manase yarasheshe n’amaraso menshi cane y’abantu ata co bazira, Yeruzalemu yose ayuzuza amaraso+. Ivyo vyaje vyiyongera ku gicumuro yakwegeyemwo abo mu Buyuda bagakora ivyo Yehova abona ko ari bibi.