Ezekiyeli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 «“Wafashe abahungu bawe n’abakobwa bawe wamvyariye+, ubashikanira ibigirwamana ngo bibarotse+. Mbega ubumaraya ukora ntibwari bukwiye?
20 «“Wafashe abahungu bawe n’abakobwa bawe wamvyariye+, ubashikanira ibigirwamana ngo bibarotse+. Mbega ubumaraya ukora ntibwari bukwiye?