ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Mbega umuntu umwe yoshobora kwirukana 1.000,

      abantu babiri na bo bakirukana 10.000+?

      Kiretse Igitandara cabo cabagurishije+,

      kiretse Yehova yabatanze.

  • Abacamanza 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Yehova aca ashavurira cane Abisirayeli maze abatanga* ku mwami wa Mezopotamiya* yitwa Kushani-Rishatayimu. Abisirayeli bamara imyaka umunani baganzwa* na Kushani-Rishatayimu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika