Abacamanza 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Igihe Yehova yaba abahaye umucamanza+, Yehova yaramufasha agakiza Abisirayeli abansi babo mu gihe cose uwo mucamanza yaba akiriho. Yehova yabigira kubera vyamutera akagongwe*+ kwumva amaborogo baborogeshwa n’ababacinyiza+ bakabafata nabi.
18 Igihe Yehova yaba abahaye umucamanza+, Yehova yaramufasha agakiza Abisirayeli abansi babo mu gihe cose uwo mucamanza yaba akiriho. Yehova yabigira kubera vyamutera akagongwe*+ kwumva amaborogo baborogeshwa n’ababacinyiza+ bakabafata nabi.