Abacamanza 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abisirayeli baca batabaza Yehova+. Maze Yehova abaha umukiza wo kubarokora+ ari we Otiniyeli+ mwene Kenazi, mutoyi wa Kalebu.
9 Abisirayeli baca batabaza Yehova+. Maze Yehova abaha umukiza wo kubarokora+ ari we Otiniyeli+ mwene Kenazi, mutoyi wa Kalebu.