Matayo 5:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba ryakira ababi n’abeza, kandi agaha imvura abagororotsi n’abatari abagororotsi+.
45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba ryakira ababi n’abeza, kandi agaha imvura abagororotsi n’abatari abagororotsi+.