Yosuwa 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Urubibe rw’akarere ka Manase rwahera ku mupaka w’akarere ka Asheri rukagenda rwerekeza i Mikimetati+, aharabana na Shekemu+. Rwaca rubandanya mu bumanuko* rugashika ku karere k’ababa i Eni-Tapuwa.
7 Urubibe rw’akarere ka Manase rwahera ku mupaka w’akarere ka Asheri rukagenda rwerekeza i Mikimetati+, aharabana na Shekemu+. Rwaca rubandanya mu bumanuko* rugashika ku karere k’ababa i Eni-Tapuwa.