Zaburi 138:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nzokwunama ntumbereye ku rusengero rwawe rweranda*+,kandi nzoshemeza izina ryawe+kubera urukundo* rwawe n’ukudahemuka kwawe. Kuko washize ijambo ryawe n’izina ryawe* hejuru y’ibindi vyose.
2 Nzokwunama ntumbereye ku rusengero rwawe rweranda*+,kandi nzoshemeza izina ryawe+kubera urukundo* rwawe n’ukudahemuka kwawe. Kuko washize ijambo ryawe n’izina ryawe* hejuru y’ibindi vyose.