Itanguriro 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nzokugira ihanga rikomeye kandi nzoguhezagira. Izina ryawe nzorigira rurangiranwa kandi uzobera abandi umuhezagiro+.
2 Nzokugira ihanga rikomeye kandi nzoguhezagira. Izina ryawe nzorigira rurangiranwa kandi uzobera abandi umuhezagiro+.