Zaburi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ubukiriro ni ubwa Yehova+. Umuhezagiro wawe uri ku bantu bawe. (Sela)