Zaburi 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Erega abapfuye ntibashobora kuvuga* ivyawe.Ni nde yogushemeza ari mu kuzimu+? Zaburi 71:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ewe Mana, waranyigishije kuva nkiri muto+,kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe bitangaje+.
17 Ewe Mana, waranyigishije kuva nkiri muto+,kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe bitangaje+.