2 Ngoma 6:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo natoye igisagara ca Yeruzalemu+ ngo came citirirwa izina ryanje, ntora na Dawidi kugira ngo aganze abantu banje b’Abisirayeli+.” Zaburi 84:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bagenda bariyubura mu nkomezi+,umwe wese agaseruka imbere y’Imana i Siyoni. Zaburi 100:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nimwinjire mu marembo yiwe mukenguruka+,mwinjire mu bigo vyiwe mumushemeza+. Nimumukengurukire, mushemeze izina ryiwe+.
6 Mugabo natoye igisagara ca Yeruzalemu+ ngo came citirirwa izina ryanje, ntora na Dawidi kugira ngo aganze abantu banje b’Abisirayeli+.”
4 Nimwinjire mu marembo yiwe mukenguruka+,mwinjire mu bigo vyiwe mumushemeza+. Nimumukengurukire, mushemeze izina ryiwe+.