-
Gusubira mu vyagezwe 17:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Nihaboneka urubanza rugoye cane muri kimwe mu bisagara vyanyu, rwaba ari urujanye no gusesa amaraso+, kuburanira uburenganzira kanaka, ugukomerekanya canke ayandi matati, mukwiye kugenda ahantu Yehova Imana yanyu azoba yaratoye+. 9 Muzoja ku baherezi b’Abalewi no ku mucamanza+ azoba ahari muri ico gihe maze mubashikirize urwo rubanza, na bo bazobabwira ingingo bafashe+.
-