ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Salomo aca yubaka ahantu ho gusengera+ ikigirwamana gisesemye c’Abanyamowabu citwa Kemoshi ku musozi warabana n’i Yeruzalemu, yubakira n’ikigirwamana gisesemye c’Abamoni citwa Moleki*+.

  • Ivyakozwe 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Maze basubira i Yeruzalemu+ bavuye ku musozi w’Imyelayo* uri hafi y’i Yeruzalemu. Rwari urugendo rungana n’urwo umuntu yogira ku musi w’isabato.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika