-
Zakariya 2:4, 5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Hanyuma amubwira ati: «Iruka hariya ubwire urya musore uti: “‘Yeruzalemu bazosubira kuyibamwo+ ari nk’akarere katazitiye ko mu gihugu hagati, kubera ubwinshi bw’abantu n’ibitungwa bizoba biriyo+. 5 Nzoyibera uruzitiro rw’umuriro ruyikikuza+’, ni ko Yehova avuze, ‘kandi nzoyuzuza ubuninahazwa bwanje+.’”»
-