1 Samweli 18:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abasuku ba Sawuli barabimubwira maze abishura ati: «Mwibaza ko ari icoroshe kuba umukwe* w’umwami ku muntu nkanje w’umukene kandi ata co avuze+?»
23 Abasuku ba Sawuli barabimubwira maze abishura ati: «Mwibaza ko ari icoroshe kuba umukwe* w’umwami ku muntu nkanje w’umukene kandi ata co avuze+?»