ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nuko umwami Dawidi arahaguruka, avuga ati:

      «Benewacu, bantu banje, nimunyumvirize. Naripfuje cane kwubaka inzu izokwama ibamwo isandugu y’isezerano rya Yehova, ikaba n’intebe y’ibirenge vy’Imana yacu+. Kandi naravyiteguriye+.

  • Zaburi 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Nayo jewe, nzokwinjira mu nzu yawe+ kubera urukundo* rwawe rwinshi+.

      Nzokwunama nerekeza ku rusengero rwawe rweranda* kuko ndakwubaha cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika