Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+. Gusubira mu vyagezwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Muri ihanga ryeranda kuri Yehova Imana yanyu, kandi Yehova Imana yanyu yarabatoye ngo mube abantu biwe, ihanga ryiwe ridasanzwe* mu yandi mahanga yose ari kw’isi+.
5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+.
6 Muri ihanga ryeranda kuri Yehova Imana yanyu, kandi Yehova Imana yanyu yarabatoye ngo mube abantu biwe, ihanga ryiwe ridasanzwe* mu yandi mahanga yose ari kw’isi+.