Yesaya 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ng’uru urubanza rwaciriwe Babiloni+, urwo Yesaya+ mwene Amozi yeretswe: Yesaya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abana babo bazobasavya babona+.Amazu yabo azosahurwa,n’abagore babo bashurashuzwe ku nguvu.