ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ wa muhanuzi yavuga ivyo Imana yamweretse, aja guhura n’umwami Yehoshafati, amubwira ati: «Mbega umubisha ni we ukwiye gutabara+? Abanka Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ko wakoze ivyo, utumye Yehova agushavurira.

  • 2 Abakorinto 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ntimwunge ubumwe n’abatemera*+. Nakare, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika