Abaroma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 «Imihogo yabo ni imva zirangaye. Bakoresha akarimi kabo mu guhendana+.» «Mu kanwa kabo huzuyeyo ubumara bw’incira+.» Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo nta n’umwe ashobora kumenyereza ururimi kugamburuka. Ni akagaramaruganda kandi rugira nabi, rukaba rwuzuye ubumara bwica+.
13 «Imihogo yabo ni imva zirangaye. Bakoresha akarimi kabo mu guhendana+.» «Mu kanwa kabo huzuyeyo ubumara bw’incira+.»
8 Mugabo nta n’umwe ashobora kumenyereza ururimi kugamburuka. Ni akagaramaruganda kandi rugira nabi, rukaba rwuzuye ubumara bwica+.