2 Samweli 15:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Maze bamenyesha Dawidi bati: «Ahitofeli ari mu bashigikiye+ umugambi wa Abusalomu+.» Dawidi aca avuga ati: «Yehova, ndakwinginze utume impanuro* za Ahitofeli ziboneka ko ari ubujuju+!» Zaburi 27:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ntunshire mu maboko y’abandwanya+,kuko ivyabona vy’ikinyoma vyampagurukiye+kandi baguma bangirako iterabwoba.
31 Maze bamenyesha Dawidi bati: «Ahitofeli ari mu bashigikiye+ umugambi wa Abusalomu+.» Dawidi aca avuga ati: «Yehova, ndakwinginze utume impanuro* za Ahitofeli ziboneka ko ari ubujuju+!»
12 Ntunshire mu maboko y’abandwanya+,kuko ivyabona vy’ikinyoma vyampagurukiye+kandi baguma bangirako iterabwoba.