Imigani 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ntukosore umucokoranyi, ahandiho azoca akwanka+. Urakosora umunyabwenge*, na we azogukunda+. Imigani 19:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Kubita umucokoranyi+ kugira imburambwege yige kwiyubara+.Kosora umuntu afise ugutahura kugira ubumenyi bwiwe bwongerekane+. Imigani 25:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ku muntu yakira neza impanuro+, umuhanuzi mwizaameze nk’ihereni ry’inzahabu n’agasharizo k’inzahabu nzizanziza.
25 Kubita umucokoranyi+ kugira imburambwege yige kwiyubara+.Kosora umuntu afise ugutahura kugira ubumenyi bwiwe bwongerekane+.
12 Ku muntu yakira neza impanuro+, umuhanuzi mwizaameze nk’ihereni ry’inzahabu n’agasharizo k’inzahabu nzizanziza.