ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 77:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Nguma niyumvira imisi ya kera+,

      imyaka yo mu gihe ca kera cane.

       6 Mw’ijoro ndibuka indirimbo yanje*+.

      Ndazirikana mu mutima+,

      nkarondera nitonze inyishu z’ibi bibazo:

  • Zaburi 77:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nzokwibuka ibikorwa vya Yehova*.

      Nzokwibuka ibikorwa bitangaje wakoze kera.

      12 Nzozirikana ibikorwa vyawe vyose,

      niyumvire cane ukuntu ukora+.

  • Zaburi 111:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ibikorwa vya Yehova birahambaye+.

      ד [Daleti]

      Abo bihimbara bose baravyiga+.

      ה [He]

       3 Igikorwa ciwe kiraninahaye kandi kirateye igomwe.

      ו [Vau]

      Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika