Zaburi 40:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ewe Yehova, ndakwinginze undokore+. Nyaruka untabare Yehova+. Zaburi 70:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko jewe ndi umukene atagira gitabara+.Ewe Mana, nyaruka untabare+. Ni wewe mutabazi wanje n’umurokozi wanje+.Ewe Yehova, nyaruka umfashe+.
5 Ariko jewe ndi umukene atagira gitabara+.Ewe Mana, nyaruka untabare+. Ni wewe mutabazi wanje n’umurokozi wanje+.Ewe Yehova, nyaruka umfashe+.