Zaburi 102:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuko Yehova azosubira kwubaka Siyoni+.Azokwerekana ubuninahazwa bwiwe+.