Malaki 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ico gihe abatinya Yehova baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we akaguma ateze ugutwi, yumviriza. Nuko igitabu c’icibutso candikirwa imbere yiwe+, kikaba cerekeye abatinya Yehova n’abiyumvira* izina ryiwe+.
16 Ico gihe abatinya Yehova baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we akaguma ateze ugutwi, yumviriza. Nuko igitabu c’icibutso candikirwa imbere yiwe+, kikaba cerekeye abatinya Yehova n’abiyumvira* izina ryiwe+.