Guharura 6:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yehova nabarabe ryiza yongere abahe amahoro+.’” Zaburi 80:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ewe Mana Nyeningabo, nusubire kudutonesha.Nuturabe ryiza*, uturokore+. Imigani 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Gutoneshwa n’umwami bisobanura ubuzima,kandi gushimwa na we bimeze nk’igicu c’imvura mu mpeshi+. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuko amaso ya Yehova* ari ku bagororotsi, kandi amatwi yiwe arumva ugutakamba kwabo+, ariko Yehova* arwanya abakora ibintu bibi+.»
12 Kuko amaso ya Yehova* ari ku bagororotsi, kandi amatwi yiwe arumva ugutakamba kwabo+, ariko Yehova* arwanya abakora ibintu bibi+.»