1 Samweli 7:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Samweli akiriko arashikana nya shikanwa riturirwa, Abafilisitiya baregereza kugira batere Abisirayeli. Kuri uwo musi, Yehova arekurira imituragaro ikomeye+ ku Bafilisitiya, bicwa n’ubwoba+ maze Abisirayeli barabatsinda+. Zaburi 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze Yehova atangura guturagara ari mw’ijuru+,ijwi rya Musumbavyose rirumvikana+,riherekejwe n’urubura hamwe n’amakara arurumba.
10 Samweli akiriko arashikana nya shikanwa riturirwa, Abafilisitiya baregereza kugira batere Abisirayeli. Kuri uwo musi, Yehova arekurira imituragaro ikomeye+ ku Bafilisitiya, bicwa n’ubwoba+ maze Abisirayeli barabatsinda+.
13 Maze Yehova atangura guturagara ari mw’ijuru+,ijwi rya Musumbavyose rirumvikana+,riherekejwe n’urubura hamwe n’amakara arurumba.