Luka 23:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Yezu aca arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Dawe, impwemu yanje ndayishize mu maboko yawe+.» Ahejeje kuvuga ayo majambo, aca aracikana+. Ivyakozwe 7:59 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Bakiriko baratera amabuye Sitefano, aratakamba ati: «Mukama Yezu, akira impwemu* yanje.»
46 Yezu aca arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Dawe, impwemu yanje ndayishize mu maboko yawe+.» Ahejeje kuvuga ayo majambo, aca aracikana+.