1 Samweli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Araza ashika ku ruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari ku rundi. Dawidi n’abantu biwe bihutira guhunga+ Sawuli, mugabo Sawuli n’ingabo ziwe baguma babasugereza kugira ngo babafate+.
26 Araza ashika ku ruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari ku rundi. Dawidi n’abantu biwe bihutira guhunga+ Sawuli, mugabo Sawuli n’ingabo ziwe baguma babasugereza kugira ngo babafate+.