ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Umumarayika w’Imana y’ukuri+ yariko agendera imbere y’Abisirayeli aca arahava, aja inyuma yabo. Inkingi y’igicu na yo yari imbere yabo ica yimukira inyuma yabo, ihagararaho+. 20 Iyo nkingi ica ija hagati y’Abanyamisiri n’Abisirayeli+. Ku ruhande rumwe yari igicu c’umwiza w’umuzitanya, ku rundi na ho ikamurika mw’ijoro+. Kandi Abanyamisiri ntibigeze begera Abisirayeli ijoro ryose.

  • Yesaya 37:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika