Zaburi 27:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ntunshire mu maboko y’abandwanya+,kuko ivyabona vy’ikinyoma vyampagurukiye+kandi baguma bangirako iterabwoba. Matayo 26:59 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi n’abagize Inama nkuru bose bariko bararondera ibinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+.
12 Ntunshire mu maboko y’abandwanya+,kuko ivyabona vy’ikinyoma vyampagurukiye+kandi baguma bangirako iterabwoba.
59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi n’abagize Inama nkuru bose bariko bararondera ibinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+.