-
1 Samweli 19:4, 5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Yonatani rero avugira Dawidi+ kuri se Sawuli, amubwira ati: «Mwami wanje, ntukorere ikibi* umusuku wawe Dawidi, kuko na we ata kibi yagukoreye. Ivyo yagukoreye vyarakugiriye akamaro. 5 Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga* yica wa Mufilisitiya+, bituma Yehova aha intsinzi* ikomeye Isirayeli yose. Warabibonye uranezerwa. Kubera iki none wocumura mu gusesa amaraso y’intungane, ukicisha Dawidi ata co umuhoye+?»
-