Zaburi 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ewe Yehova, kubera iki uhagaze kure? Kubera iki winyegeza mu gihe c’amagorwa+? Zaburi 71:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Mana, ntugume kure yanje. Ewe Mana yanje, nunyaruke untabare+.