ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 49:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kuko babona ko n’abantu b’inkerebutsi bapfa.

      Igipfu n’imburabwenge bose barapfa+,

      bagasigira abandi ubutunzi bwabo+.

  • Umusiguzi 2:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Naciye nanka ibikorwa vyose nabiriye akuya munsi y’izuba+, kuko nobwirijwe kubisigira uwuzoza inyuma yanje+. 19 None ni nde yomenya ko azoba ari umunyabwenge* canke ikijuju+? Ariko azoganza ibintu vyose nabiriye akuya kandi ngakoresha n’ubwenge bwinshi kugira ndabironke munsi y’izuba. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.

  • Umusiguzi 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 hari umuntu usanga ari inyakamwe, atagira n’umugenzi. Nta mwana afise canke mwenewabo, ariko akaguma akora cane adaheza. Ntiyigera ahaga* ubutunzi+. Ariko yoba yigera yibaza ati: «Ndiko nduhira nde canke ndiko niyima ivyiza ku bwa nde+?» Ivyo na vyo nyene ni ubusa, kandi ni igikorwa giteye agahinda+.

  • Luka 12:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nzoheza rero nibwire nti: ‘Ndafise ibintu vyinshi nabitse bizontunga imyaka n’iyindi. Reka rero niraramire, nirire, ninywere, niryohere.’” 20 Ariko Imana imubwira iti: “Wa kijuju we, iri joro nyene urara upfuye. None ibintu vyose wegeranije bizoba ivya nde+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika