ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yariko arashikana ibimazi, atuma intumwa i Gilo guhamagara Ahitofeli+. Ahitofeli yari umujanama* wa Dawidi+ ava mu gisagara ca Gilo+. Uwo mugambi wa Abusalomu uguma urushiriza gukomera, abamushigikiye na bo baguma bongerekana+.

  • Yobu 19:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Abagenzi banje somambike bose ntibakinyerekwa+.

      Abo nahora nkunda basigaye bandwanya+.

  • Zaburi 55:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Kuko umwansi atari we ariko arantuka+,

      ahandiho nari kuvyihanganira.

      Uwundwanya si we yampagurukiye,

      ahandiho nari kumwinyegeza.

      13 Ariko ni wewe, umuntu nkanje+,

      umugenzi wanje nzi neza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika