Zaburi 55:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umutima wanje wuzuye amaganya+,narengewe n’ubwoba bw’urupfu+. Mariko 14:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Maze ababwira ati: «Ndatuntuye cane+, ku buryo numva nopfa. Nimugume ng’aha, kandi mugume muri maso+.»
34 Maze ababwira ati: «Ndatuntuye cane+, ku buryo numva nopfa. Nimugume ng’aha, kandi mugume muri maso+.»