Zaburi 42:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nzobwira Imana yo gitandara canje nti: «Kubera iki wanyibagiye+? Kubera iki nogenda mbabaye kubera agacinyizo k’umwansi+?»
9 Nzobwira Imana yo gitandara canje nti: «Kubera iki wanyibagiye+? Kubera iki nogenda mbabaye kubera agacinyizo k’umwansi+?»