Yosuwa 24:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Maze ndabazana mu gihugu c’Abamori baba hakurya ya Yorodani*, barabarwanya+. Mugabo narabafashije murabatsinda kugira ngo mwigarurire igihugu cabo, ndabazimanganya babava imbere+.
8 Maze ndabazana mu gihugu c’Abamori baba hakurya ya Yorodani*, barabarwanya+. Mugabo narabafashije murabatsinda kugira ngo mwigarurire igihugu cabo, ndabazimanganya babava imbere+.