Zaburi 72:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ese izina ryiwe ryokwamaho ibihe vyose+,rikaramba igihe cose izuba rizoba rikiriho! Ese abantu bohezagirwa* biciye kuri we+,kandi amahanga yose akamwita umuhirwe!
17 Ese izina ryiwe ryokwamaho ibihe vyose+,rikaramba igihe cose izuba rizoba rikiriho! Ese abantu bohezagirwa* biciye kuri we+,kandi amahanga yose akamwita umuhirwe!