-
Zaburi 9:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Ababisha bazomanuka mu kuzimu.
Aho ni ho amahanga yose yibagira Imana azoja.
-
-
Yeremiya 2:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Yamara abantu banje bo, bamaze imisi itagira uko ingana baranyibagiye+.
-
-
Hoseya 4:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Abantu banje bazobwirizwa kunuma, kuko batagira ubumenyi.
-