1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mukenguruke muri vyose+. Ivyo ni vyo Imana igomba ko mukora mwebwe mwunze ubumwe na Kristu Yezu. Abaheburayo 13:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni ukuvuga icamwa c’iminwa yacu+ ivuga ku mugaragaro izina ryayo+.
15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni ukuvuga icamwa c’iminwa yacu+ ivuga ku mugaragaro izina ryayo+.